BUKEYENEZA S02 EPISODE12 BUKEYENEZA BARAMUREKUYE UKURI KURAMENYEKANY COMISAIRE ARAMUCAKIY ANITA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 мар 2025
  • BUKEYENEZA S02 EPISODE12 BUKEYENEZA BARAMUREKUYE UKURI KURAMENYEKANY COMISAIRE ARAMUCAKIY ANITA UFISE ICUBAZ CANK WOTERERA 68289238

Комментарии • 268

  • @didindayiragije927
    @didindayiragije927 2 года назад +1

    Chacha na keza bavuga co kimwe kweli. Keza none nibaze ko ar'umwana wa chacha!!

  • @DidiLeGrand
    @DidiLeGrand Год назад +1

    Ewe mukama ngurashaka umwoze none wirwawe😂😂😂

  • @julietteniyongere6468
    @julietteniyongere6468 2 года назад +16

    Yeeeeeee narinzi KO nduwambere kumbe?🤔 Arik ntaco mukuyikurikira ntawuntanga. Ndabona abakunzi turi benshi. Abayikunda nkanje tumenyane 👌❤️

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 2 года назад +2

    Natanzwe mana, mukanya ndakomanta mpejej kuraba

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 2 года назад +1

    🤣🤣Ariko bakame ndagukunda nukuri😅🤩🤩iy uryohew ukoresh amajamb atwenza knd aryoshe😂😂Iman ishimw ko Bukeyeneza abay umwer disi nizer ko gapiripiri agomb akoran na anitha ham ukuri kuje ahabona👏👏tereza ndamushimiy can ko yavugishij ukuri anita na equipe yiwe nibahanwe barakaaaaaaa✍✍✍

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 2 года назад +2

    Murakoze Mr Sammy courrage uratunezereza munteguro yawe. Ndashimiy comiseri gapiripiri, kumbe 🤣🤣🤣 Ndabonye Co Anitha atinya

  • @nsengumuremyisylvester4950
    @nsengumuremyisylvester4950 2 года назад +1

    ndabunibanibemwooooooo😆😆😆😆😆😆😆😆🤸🤸🤸natevyeeee arik abakunzi ba bukeyeneza na bakame tumenyane🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍😍😍🤸🤸🤸🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @confiamutima5373
    @confiamutima5373 2 года назад +2

    Umusa murabikora cyn ❣️ mukomerezaho wauu nikubure abanyamitima mibi na Anitha vubaha aribuceho tu🏃

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 2 года назад +3

    duhe duh twirabire ba disi🤣🤣ndashak kubon gapirirpiri akojejeko aniota intoke👌👌

  • @moniqueniragira2190
    @moniqueniragira2190 2 года назад +1

    Twemera guheba guteka pe barakwiye gukorera akantu twebwe tudahengeshanya😂😂😂🥰🥰🥰

  • @محمدالحربي-ك4ح6ر
    @محمدالحربي-ك4ح6ر 3 месяца назад

    Ndabakunda cane muraraba mwubakane kuk mwese murafise abana mura kwiranye pee thenkyou❤❤❤

  • @nininahazweemmanuel5813
    @nininahazweemmanuel5813 2 года назад +1

    😀😀😀😀 Ewe mana ngo ugiye h ?, Utamunyukuy urantwenza. Aho wamaze kumumuha

  • @sarrasarra3871
    @sarrasarra3871 2 года назад +1

    Ineza ntibora pe

  • @babajo3115
    @babajo3115 2 года назад

    Ndabakund cyane murifime zox zindundi iyiniyo yambere nakunze nkakunda nabayikinamwo bose ndabasuhuj yesu abahegagire

  • @srh9410
    @srh9410 2 года назад

    Yemweyemw dabona ifilim igiyekuba umuriro chacha warukubuw uzanyenamakurumeza gapiripir anith aragusize ufiseninkoho rekaturabe iyikurikir vubatuyibon ❤❤❤

  • @graceirakoze9054
    @graceirakoze9054 2 года назад

    Murashoboye turabakunda cyanee couragè👏👏👏👏

  • @محمدالحربي-ك4ح6ر
    @محمدالحربي-ك4ح6ر 3 месяца назад

    Kwer babikora nezakwel ndabakunda nukir Samy nabukeye neza baraberanye pee nikurababagatwarana mubuzima busanzwekwel bara kworanyepee❤❤❤

  • @aminadabumaombi9220
    @aminadabumaombi9220 2 года назад +1

    Mana yanje Bakame na Bukeyeneza wiwe urukundo rwabo ruranezeza cane😆😆😆

  • @joselynengeremuminwe971
    @joselynengeremuminwe971 2 года назад

    Umwansi agiciracicobo Imana ikaguciricanzo.ndasavye iyikurikira ntizotebe murarenze respect

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 2 года назад +1

    Wow vyiza cane 👏 👏 God Bukeyeneza ararenganuwe. I can't wait next episode.

  • @فرنسينا
    @فرنسينا 2 года назад +4

    Nxanaba yeambere aho vyakaberey nikera waoooooo hamwe anith yohanwa kweri igihano nibazako kitomufata 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 2 года назад

    Sinorara ntayiramvye🥰🥰🥰ndabakunda ❤️ disi mwubahwe urukundo ntirucagura🤣🤣🤣🤣naje bucanitoza kwabitama😂😂😂mbumukazana warukundo tv🤭🤭🤭

  • @joselynenahigombeye1256
    @joselynenahigombeye1256 2 года назад

    Ndabakunda cane 🥰🥰🥰🥰🥰

  • @arakazaaxcella7012
    @arakazaaxcella7012 2 года назад +2

    Abafana babakame tumenyane💃💃💪💪🖕

  • @nonojustinengoma8724
    @nonojustinengoma8724 2 года назад +1

    Imana ibahe gutera imbere nkumuzinga🥰🥰🥰🥰

  • @jijimire4735
    @jijimire4735 2 года назад +2

    Wow my best team. Kamata bizouuuuu😘😘 lov you so much.

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 2 года назад +1

    Anitha ndabona kakubayeho 😁😁😁😁Guma hamwe Bukeyeneza numwere 🥰🥰🥰💃💃💃💃💃Ararengana mwe na bitama Murabe muhunge

  • @sylvieirambona6834
    @sylvieirambona6834 2 года назад +5

    Film iratwika🔥🔥🔥🔥🔥
    Anitha na Bitama ndabaramukije🥱🥱❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @fafanduwimana282
    @fafanduwimana282 2 года назад +1

    Fafa Fanny From 🇲🇴🇧🇮🇲🇴🇧🇮🇲🇴 love so much my team rukundo tv ❤❤

  • @nicemedia8029
    @nicemedia8029 2 года назад +1

    Bibi yubahwe yahanuye neza. KIBUKEYE niciza muranyica Samandari aramuhaye bakame ngo mwoze nirwawe 😅😅😅😅😅

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 2 года назад

    Waooo !!ndaryohew kubw Bakame n Bukeyenez 🥰🥰🥰🥰🥰 Anitha uruhig ruraguhindukiriy 🤣🤣🤣

  • @jeanne5944
    @jeanne5944 2 года назад +16

    Samy ndebera ko mbaye uwambere yewe♥️♥️🔥🔥🔥🔥

  • @erickmufugizi5508
    @erickmufugizi5508 2 года назад

    Sha bukeyeneza igumiryoha flm kwl Hama biraryoshe kobukeyeneza yafunguw ubundi ntakumusozo igeze kuko anitha ntarafatwa ngwafungwe hhh iyikurikira tuyihabwe vuba

  • @madterali5931
    @madterali5931 2 года назад +1

    .imisi yigisuma iraharuye kuraje 💪💕💕💕💕💕💕👌

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 2 года назад +1

    Mbaye uwa 317 kuyiraba.anithaa fatwa bukeyeneza hejuru 💪💪💪

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 2 года назад

    Akaryoshe ntigahora mwitama ndabona igeze kumusozo🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️gusa mariage tuyihabwe😋😋❤❤❤❤

  • @RoseMary-pk9uh
    @RoseMary-pk9uh 2 года назад

    Waooooo kaze buyeneza, Anitha nawe pore 🔥🔥🔥🔥

  • @jannemugisha4086
    @jannemugisha4086 2 года назад

    Ndabakurikurana cane i Love 💕💕💕 bzuuu

  • @sssccc3987
    @sssccc3987 2 года назад

    Good kazi nzuri sana kabisa

  • @hhmmmm6523
    @hhmmmm6523 2 года назад +3

    Hagiye gusha peeeee😅😅🤭🤭💞💞💞🔥🔥🔥🔥🔥

  • @UwimanaOdette-vt6on
    @UwimanaOdette-vt6on 2 месяца назад +1

    🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌💗💞💞💓💓💓💓💓💓💓💯💯💯💯💯

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 года назад +1

    Courage mwubahwe yemwe iyikurikira nimwoto🔥🔥🔥🔥🔥ndakunda yemwe bukeyeneza baramurekuye ciza ngo ngwiki amwoze wewe ntuvyorosha bakame oyeeeeeee🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✅✅✅✅👌🙏

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 года назад +1

    Bukeyeneza ju zaidi

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 2 года назад +1

    Karabay anitha imisi yaguherany inzura zigira ziher pol mai courage 🥰🥰🇧🇮🇸🇦

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 2 года назад +1

    Ndi murukundo niyi series ❤️🥰👌

  • @alicenimbona1436
    @alicenimbona1436 2 года назад +1

    Anitha nabitama ndabaramukije😂😂😂

  • @FgfRt-t6j
    @FgfRt-t6j Год назад

    Yoooo mbega lizobandanya canke kombona bikaee😢😢😂😂❤

  • @myriam5411
    @myriam5411 2 года назад +1

    Iyi film iramara iratwikape bemumbonera Bitama na Anitha bizakugenda gute 🔥🔥🔥🔥👌🙏👍

    • @najmahnajmah1078
      @najmahnajmah1078 2 года назад

      Basha abantu babonako iyi film ingana uburyohe numwobo wurukundo mumpe twatuntu

  • @DidiLeGrand
    @DidiLeGrand Год назад

    Ndabakunda disi Bakame and bukeyeneza hejuru cn

  • @kanezaariella3192
    @kanezaariella3192 2 года назад +8

    Anitha n'a bitama ndabatahije😭😂😂

  • @nkuruzinzadivine17
    @nkuruzinzadivine17 2 года назад +3

    Yirekure turabe Anita nabitama bubakubiye

  • @alinenshimirimana6499
    @alinenshimirimana6499 2 года назад +1

    Ndabakunda cane mukina neza

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 2 года назад +1

    Sammy najeweyumusikwel ndazindutse uwagatanulwel mwirambire turabakunda

  • @fbdhfjdddn3515
    @fbdhfjdddn3515 2 года назад

    Anita. Nabitama. Mugiyekukabona. Peeee😅😅😅😅😅❤️❤️❤️❤️

  • @pascalinebutoyi6954
    @pascalinebutoyi6954 2 года назад

    courage bantu banje😍🤩😍😍😍

  • @ornellauwimana4892
    @ornellauwimana4892 2 года назад

    🥰🥰🥰🥰hagiye gusha ndabona

  • @Emelanciene1652
    @Emelanciene1652 2 года назад +1

    Anitha na bitama oyeeee harahiye 😄 🤣 😂 😆 😄 bakame na bukeyeneza hejuru ❤❤

  • @habayesujacquelineantoinet6669
    @habayesujacquelineantoinet6669 2 года назад +1

    Good job

  • @samalsam7943
    @samalsam7943 2 года назад

    Hariho abantu baguma bayamyoye.ndumiwe mbaye uwanyuma.courage

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np 2 года назад +2

    Sammy ndakwisabiye ntizohere bukeyeneza

  • @egidehatungimana5257
    @egidehatungimana5257 2 года назад +2

    Sammy nawe ikirori kizomugandagura!

  • @سيسيلبونيد
    @سيسيلبونيد 2 года назад

    Murashoby kurage pe🥰🥰 ndabikundr 🥰

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 2 года назад

    Congratulations

  • @ndikumwenayoleandre2871
    @ndikumwenayoleandre2871 2 года назад +3

    Bukeyeneza congratulations

  • @amnahasd9746
    @amnahasd9746 2 года назад

    Nimunduh sho kuranj 🙋🙋🙋👌👌💋💋💋💋💋💋

  • @clementine7406
    @clementine7406 2 года назад +1

    Bibiiiii wubahweeeee👏👏💯💯

  • @beatricenduwamahoro6446
    @beatricenduwamahoro6446 2 года назад

    Yooooo hagiy gusha🔥mutunyarukiriz iyikurikira

  • @joelnduwimana5934
    @joelnduwimana5934 2 года назад

    Turabakunda cane. Tubasabe muze murazishirako mugitondo 6:00 au lieu ya 18:30

  • @fau8867
    @fau8867 2 года назад +1

    Bukeyeneza yarenganwa

  • @oman4303
    @oman4303 2 года назад +1

    Waooooo👌👌👌👌👍👍👍👍👍❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @chanellakampimbare5188
    @chanellakampimbare5188 2 года назад

    Waooo courage bibakomeran ndab iyobaja

  • @aishasaidi1045
    @aishasaidi1045 2 года назад +1

    Narinatanzwe pe😘😘😘😘😘😘

  • @amnaamna1335
    @amnaamna1335 2 года назад

    👌👌👌👌👏👏👏👏👏👍👍👍👍👍👍murashoboye

  • @abimanadorine956
    @abimanadorine956 2 года назад

    Hahaha ewe sh anitha ng ntunanigwa ubu habayik itwaz ng nindaya koma musose na bitama wawe

  • @michellinempawenimana2381
    @michellinempawenimana2381 2 года назад +1

    Ndimurukundo niyi seson❤❤❤❤❤

  • @hatungungimanacecile6323
    @hatungungimanacecile6323 2 года назад

    💖💖💖💖💖 i love you bantu banje

  • @jeannetndayi647
    @jeannetndayi647 2 года назад +1

    Bibi wamuntu wawoooo

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 2 года назад +1

    Nancere weye mwe kubera banya mwema ndabaku nda

  • @ndayizeyediane1358
    @ndayizeyediane1358 2 года назад

    Bitama tsindwa neza iminsi yiwawe ngo niyahe da tubwire 😂😂

  • @chadiairakoze6051
    @chadiairakoze6051 2 года назад

    Nacerewe.Muga ntaco Courage

  • @اليهاليه-ف1خ
    @اليهاليه-ف1خ 2 года назад

    Yooo! Ndanezereweko Bukeyeneza arekuwe

  • @alinenyaziraje9035
    @alinenyaziraje9035 2 года назад

    Yoooooooo Vumba tubone idi turabakunda

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 2 года назад +2

    Anitha urafashwe kwl. Bakame nawe uguma usomagura Bukeye neza. Ucushaka gusoba kazi kawe hhhhh

  • @Sara-ix8iy
    @Sara-ix8iy 2 года назад

    Waaaaooi courag courag can anitha birakunye urundubi kwe por

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 2 года назад

    ,🤣🤣🤣🤣Sammy aranyishe,😂😂😂

  • @hyacinthemunyana8228
    @hyacinthemunyana8228 2 года назад

    Ngo nibiki kururwamo ngo sirwawe🤣😂🤣😂😂😂😂

  • @nadiairakoze6768
    @nadiairakoze6768 2 года назад

    Uwumusi mbaye uwa4 nimurekure mutwike🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️ twimanukire

  • @sandrenciza7688
    @sandrenciza7688 2 года назад

    💕🌺💐🤺

  • @divinemugisha987
    @divinemugisha987 2 года назад

    Ndakunda ukuntu mutatunyoteza team Sammy

  • @hcftubcf1701
    @hcftubcf1701 2 года назад

    🌹🌹🌹🌹👍🥰💪💪

  • @salhaaa4996
    @salhaaa4996 2 года назад

    Anitha na bitama ndabaramukije 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @joselyneniyikigongwe276
    @joselyneniyikigongwe276 2 года назад

    Samandari weeeeeee hahahaha bakame yoze mushiki wawe

  • @anithanini6423
    @anithanini6423 2 года назад

    🥰🥰🥰🥰🥰🥰😘😘😘😘

  • @nadodado5376
    @nadodado5376 2 года назад

    Basha ndaryohewe vrement

  • @nizigamaelie6271
    @nizigamaelie6271 2 года назад

    Anitha n'a bitama akayabagu k'agasho. Muzumva karyoshe ako mwipfuriza abandi. Bukeyeneza komeza amasengesho

  • @bblinbblin9494
    @bblinbblin9494 2 года назад

    yoooo atazwe kumb ndi wamwish ntac rekandabe bukeyenez wanj

  • @yvesnduwayesu8080
    @yvesnduwayesu8080 2 года назад +3

    Courage

  • @prosperndayishimiye1982
    @prosperndayishimiye1982 2 года назад

    Courage vrmt

  • @nadiairakoze7771
    @nadiairakoze7771 2 года назад +1

    Sinari bwigere ngira icomvuze kwer anita nafatwe kandi abi hanirwe gose mumategeko ariko ntibasige bitama

  • @alicendabarushimana6979
    @alicendabarushimana6979 2 года назад

    Mbega film iryosh ukuraho bakame ikimetemete Can ugiy kubemez anith indani